1 Samweli 8:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Avuga ati: “Ubu ni bwo buzoba uburenganzira+ bw’umwami azobaganza: Abahungu banyu azobatwara+ abashire mu mikogote+ yiwe ari abiwe, no mu bagendera ku mafarasi biwe+, kandi bamwe bazobwirizwa kwiruka imbere y’imikogote yiwe+; 2 Ngoma 8:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mugabo nta n’umwe muri bene Isirayeli Salomo yagize umushumba wo gukora igikorwa ciwe+; kuko bari abarwanyi+, n’abakuru b’ibisongerezi vyiwe, n’abakuru b’abatwara imikogote biwe+ n’ab’abagendera ku mafarasi biwe+.
11 Avuga ati: “Ubu ni bwo buzoba uburenganzira+ bw’umwami azobaganza: Abahungu banyu azobatwara+ abashire mu mikogote+ yiwe ari abiwe, no mu bagendera ku mafarasi biwe+, kandi bamwe bazobwirizwa kwiruka imbere y’imikogote yiwe+;
9 Mugabo nta n’umwe muri bene Isirayeli Salomo yagize umushumba wo gukora igikorwa ciwe+; kuko bari abarwanyi+, n’abakuru b’ibisongerezi vyiwe, n’abakuru b’abatwara imikogote biwe+ n’ab’abagendera ku mafarasi biwe+.