Imigani 28:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Hahiriwe umuntu yumva ubwoba nantaryo+, mugabo uwukomantaza umutima wiwe azogwa mu vyago+. Yeremiya 18:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Na bo bavuga bati: “Ni ivy’ubusa+! Kuko tuzokurikira ivyiyumviro vyacu, kandi tuzoshitsa umwe wese akagagazo k’umutima wiwe mubi+.” Abaheburayo 3:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Mwiyubare, bene wacu, kugira ngo ntihigere hatsimbatara mu muntu n’umwe muri mwebwe umutima mubi utizera mu kuva kuri ya Mana nzima+;
12 Na bo bavuga bati: “Ni ivy’ubusa+! Kuko tuzokurikira ivyiyumviro vyacu, kandi tuzoshitsa umwe wese akagagazo k’umutima wiwe mubi+.”
12 Mwiyubare, bene wacu, kugira ngo ntihigere hatsimbatara mu muntu n’umwe muri mwebwe umutima mubi utizera mu kuva kuri ya Mana nzima+;