Itanguriro 21:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nya mwana aguma akura, barahava baramucutsa+; maze Aburahamu ategura inzimano ihambaye ku musi wo gucutsa Izahaki. 1 Samweli 1:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Elikana umugabo+ wiwe aca amubwira ati: “Kora ivyo ubona ko ari vyiza mu maso yawe+. Guma i muhira gushika ugacukije. Gusa, Yehova ashitse ijambo ryiwe+.” Nya mugore rero aguma i muhira, abandanya kwonsa umuhungu wiwe gushika amucukije+.
8 Nya mwana aguma akura, barahava baramucutsa+; maze Aburahamu ategura inzimano ihambaye ku musi wo gucutsa Izahaki.
23 Elikana umugabo+ wiwe aca amubwira ati: “Kora ivyo ubona ko ari vyiza mu maso yawe+. Guma i muhira gushika ugacukije. Gusa, Yehova ashitse ijambo ryiwe+.” Nya mugore rero aguma i muhira, abandanya kwonsa umuhungu wiwe gushika amucukije+.