1 Samweli 15:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Samweli ariko arahindukira ngo agende, Sauli aca acakira impuzu* yiwe y’umwitero utagira amaboko, na yo irashikuka+.
27 Samweli ariko arahindukira ngo agende, Sauli aca acakira impuzu* yiwe y’umwitero utagira amaboko, na yo irashikuka+.