ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 16:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Abandanya kugendera mu nzira y’abami ba Isirayeli+, mbere n’umuhungu wiwe amucisha mu muriro+, yisunze ibintu biteye ishishi+ vy’amahanga Yehova yari yarirukanye kubera bene Isirayeli.

  • 2 Abami 21:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Acisha umuhungu wiwe mu muriro+, akora ivy’amageza+ yongera arondera ibimenyetso bitara ibizoba kandi ashiraho abavugana n’ibiremwa vy’impwemu+ be n’abagize umwuga ukubura ibizoba+. Akora ku rugero runini ivyari bibi mu maso ya Yehova, kugira ngo amubabaze.

  • Yesaya 57:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 abakabura icipfuzo bari hagati mu biti bininibinini+, munsi y’igiti gitotahaye cose+, bagakererera abana mu myonga munsi y’imigaga y’amabuye y’urutare+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika