Kuvayo 32:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Nuko Musa asubira kwa Yehova, avuga ati: “Aaa, ariko aba bantu bacumuye igicumuro gikomeye, kubona bihinguriye imana y’inzahabu+! 1 Samweli 2:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nuko igicumuro ca nya basuku kiba igikomeye cane imbere ya Yehova+; kuko abo bagabo bagaya ishikanwa rya Yehova+. 1 Abami 14:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Azoheba Isirayeli+ kubera ibicumuro vya Yerobowamu, ivyo yacumuye akongera akabicumurisha Isirayeli+.”
31 Nuko Musa asubira kwa Yehova, avuga ati: “Aaa, ariko aba bantu bacumuye igicumuro gikomeye, kubona bihinguriye imana y’inzahabu+!
17 Nuko igicumuro ca nya basuku kiba igikomeye cane imbere ya Yehova+; kuko abo bagabo bagaya ishikanwa rya Yehova+.
16 Azoheba Isirayeli+ kubera ibicumuro vya Yerobowamu, ivyo yacumuye akongera akabicumurisha Isirayeli+.”