Ezira 7:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuko Ezira yari yarateguriye+ umutima wiwe gusuzuma itegeko rya Yehova+, kurikurikiza+ no kwigisha+ muri Isirayeli ingingo nyobozi+ be n’ubutungane+. Malaki 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kuko iminwa y’umuherezi ari yo ikwiye kugumya ubumenyi, itegeko rikaba ari ryo abantu bakwiye kuronderera mu kanwa kiwe+; kuko ari we ntumwa ya Yehova nyen’ingabo+.
10 Kuko Ezira yari yarateguriye+ umutima wiwe gusuzuma itegeko rya Yehova+, kurikurikiza+ no kwigisha+ muri Isirayeli ingingo nyobozi+ be n’ubutungane+.
7 Kuko iminwa y’umuherezi ari yo ikwiye kugumya ubumenyi, itegeko rikaba ari ryo abantu bakwiye kuronderera mu kanwa kiwe+; kuko ari we ntumwa ya Yehova nyen’ingabo+.