Gusubira mu vyagezwe 10:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 “Yehova Imana yawe ni we ukwiye gutinya+. Ni we ukwiye gukorera+, kandi ni we ukwiye kwumirako+, kandi mw’izina ryiwe ni ho ukwiye kurahira indahiro+. Yosuwa 23:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mugabo Yehova Imana yanyu aze abe ari we mwumirako+, nk’uko nyene mwabigize gushika n’uyu musi.
20 “Yehova Imana yawe ni we ukwiye gutinya+. Ni we ukwiye gukorera+, kandi ni we ukwiye kwumirako+, kandi mw’izina ryiwe ni ho ukwiye kurahira indahiro+.