2 Ngoma 15:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko arasohoka aja imbere ya Asa maze amubwira ati: “Nyumvirize, ewe Asa na Yuda yose na Benyamini yose! Yehova azobana namwe nimwabana na we+; nimwamurondera+, azoreka mumuronke, mugabo nimwamuheba azobaheba+. Zaburi 46:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Yehova nyen’ingabo ari kumwe natwe+;Ya Mana ya Yakobo ni ahantu hakirurutse hatagira inkomanzi hacu+. Sela. Zaburi 60:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Tuzoronka inkomezi tuzihawe n’Imana+,Kandi yo ubwayo izohonyangira hasi abarwanizi bacu+.
2 Nuko arasohoka aja imbere ya Asa maze amubwira ati: “Nyumvirize, ewe Asa na Yuda yose na Benyamini yose! Yehova azobana namwe nimwabana na we+; nimwamurondera+, azoreka mumuronke, mugabo nimwamuheba azobaheba+.
11 Yehova nyen’ingabo ari kumwe natwe+;Ya Mana ya Yakobo ni ahantu hakirurutse hatagira inkomanzi hacu+. Sela.