6 Emwe, Samariya nzoyigira ikirundo c’ibihomvagurike co mu gahinga+, ahantu ho gutera imizabibu; amabuye yiwe nzoyasanzariza mu mubande, imishinge yiwe na yo ndayishire ahabona+.
16 Ivyagezwe vya Omuri+ n’igikorwa cose c’inzu ya Ahabu birubahirizwa+, kandi mugendera mu nama zabo+; ni co gituma nzobagira akajoreza, ababa muri we na bo nkabagira ikintu co kuvugiriza agahwa+; kandi muzokwikorera iceyi c’ibisata vy’abantu+.”