Amosi 6:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Ni co gituma rero bazoja mu bunyagano bari imbere y’abariko baja mu bunyagano+, kandi ukwidagadura kw’abigaramangira kuzovaho ata kabuza. Amosi 9:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nibajanwa kugirwa imbohe bashorewe n’abansi babo, nzotegekerayo inkota, ibice+; kandi nzobashinga ijisho ku bw’inabi, atari ku bw’ineza+.
7 “Ni co gituma rero bazoja mu bunyagano bari imbere y’abariko baja mu bunyagano+, kandi ukwidagadura kw’abigaramangira kuzovaho ata kabuza.
4 Nibajanwa kugirwa imbohe bashorewe n’abansi babo, nzotegekerayo inkota, ibice+; kandi nzobashinga ijisho ku bw’inabi, atari ku bw’ineza+.