2 Ngoma 32:1 Bibiliya y’isi nshasha 32 Inyuma y’ivyo bintu n’iyo ngendo y’ubwizigirwa+, Senakeribu+ umwami wa Ashuri+ araza maze atangura gushwara Yuda hanyuma arakambika ngo atere ibisagara bikingijwe ibihome+; aguma yiyumvira kuvyigarurira mu kubicamwo igihengeri. Yesaya 36:1 Bibiliya y’isi nshasha 36 Nuko mu mwaka ugira cumi na kane w’Umwami Hezekiya, Senakeribu+ umwami wa Ashuri+ aduga gutera ibisagara vyose vya Yuda bikingijwe ibihome, arabifata+.
32 Inyuma y’ivyo bintu n’iyo ngendo y’ubwizigirwa+, Senakeribu+ umwami wa Ashuri+ araza maze atangura gushwara Yuda hanyuma arakambika ngo atere ibisagara bikingijwe ibihome+; aguma yiyumvira kuvyigarurira mu kubicamwo igihengeri.
36 Nuko mu mwaka ugira cumi na kane w’Umwami Hezekiya, Senakeribu+ umwami wa Ashuri+ aduga gutera ibisagara vyose vya Yuda bikingijwe ibihome, arabifata+.