2 Ngoma 29:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ni we yuguruye mu mwaka wa mbere w’ingoma yiwe, mu kwezi kwa mbere, imiryango y’inzu ya Yehova hanyuma atangura kuyisanasana+.
3 Ni we yuguruye mu mwaka wa mbere w’ingoma yiwe, mu kwezi kwa mbere, imiryango y’inzu ya Yehova hanyuma atangura kuyisanasana+.