1 Samweli 14:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Yonatani abwira rero nya musuku, uwumutwaza ibirwanisho, ati: “Ingo tujabuke tuje ku kirindiro c’abo bagabo batagenyerewe+. Kumbure Yehova aragira ico akoze ku bwacu, kuko ata kibuza Yehova gukiza biciye kuri benshi canke kuri bakeyi+.” Zaburi 71:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ewe Mana, ntungume kure+.Ewe Mana yanje, nyaruka umfashe+. Zaburi 125:1 Bibiliya y’isi nshasha 125 Abizigira Yehova+Bameze nk’umusozi Siyoni+ udashobora kunyiganyizwa, mugabo ukiberaho no gushika igihe kitagira urugero+.
6 Yonatani abwira rero nya musuku, uwumutwaza ibirwanisho, ati: “Ingo tujabuke tuje ku kirindiro c’abo bagabo batagenyerewe+. Kumbure Yehova aragira ico akoze ku bwacu, kuko ata kibuza Yehova gukiza biciye kuri benshi canke kuri bakeyi+.”
125 Abizigira Yehova+Bameze nk’umusozi Siyoni+ udashobora kunyiganyizwa, mugabo ukiberaho no gushika igihe kitagira urugero+.