Imigani 11:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Uwuhagarara ashikamye ku bw’ubugororotsi, ariko agana ku buzima+; mugabo uwiruka inyuma y’ibibi, ariko agana ku rupfu rwiwe+. Imigani 14:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Umubisha azohenurwa kubera ububi bwiwe+, mugabo umugororotsi azoronkera ubuhungiro mu gutungana kwiwe+. Umusiguzi 8:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Mugabo umubisha ntibizomugendera neza na gato+, eka nta n’ubwo azorehura imisi yiwe imeze nk’igitutu+, kuko adatinya Imana+.
19 Uwuhagarara ashikamye ku bw’ubugororotsi, ariko agana ku buzima+; mugabo uwiruka inyuma y’ibibi, ariko agana ku rupfu rwiwe+.
32 Umubisha azohenurwa kubera ububi bwiwe+, mugabo umugororotsi azoronkera ubuhungiro mu gutungana kwiwe+.
13 Mugabo umubisha ntibizomugendera neza na gato+, eka nta n’ubwo azorehura imisi yiwe imeze nk’igitutu+, kuko adatinya Imana+.