Yosuwa 10:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Maze Yosuwa ari kumwe na Isirayeli yose abandanya i Libuna avuye i Makeda araheza arwanya Libuna+. 2 Abami 8:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Mugabo Edomu ibandanya kugarariza ukuboko kwa Yuda gushika n’uyu musi. Ico gihe ni ho Libuna+ yatangura kugarariza. Yesaya 37:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Inyuma y’ivyo, Rabushake+ asubira inyuma maze asanga umwami wa Ashuri ariko ararwana na Libuna+; kuko yari yumvise ko nya mwami yavuye i Lakishi akagenda+.
29 Maze Yosuwa ari kumwe na Isirayeli yose abandanya i Libuna avuye i Makeda araheza arwanya Libuna+.
22 Mugabo Edomu ibandanya kugarariza ukuboko kwa Yuda gushika n’uyu musi. Ico gihe ni ho Libuna+ yatangura kugarariza.
8 Inyuma y’ivyo, Rabushake+ asubira inyuma maze asanga umwami wa Ashuri ariko ararwana na Libuna+; kuko yari yumvise ko nya mwami yavuye i Lakishi akagenda+.