1 Abami 8:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Uze wumvirize ugusaba ubutoni+ kuvuye ku musavyi wawe no ku bantu bawe Isirayeli, ukwo batura berekeje aha hantu; kandi wewe ubwawe uze wumve uri ahantu uba, mu majuru+, uze wumve maze ubabarire+. Ezira 9:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Igihe c’ishikanwa ry’intete+ ryo ku mugoroba kigeze, ndahaguruka mva aho nari nicaye nteterewe, impuzu yanje n’umwitero wanje utagira amaboko vyatantamutse, maze ndapfukama+, ngaranzurira ibiganza Yehova Imana yanje+. Zaburi 74:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ewe Mana, umurwanizi azoguma agusiga iceyi kugeza ryari+?Mbega umwansi azoguma agaya izina ryawe ibihe bidahera+?
30 Uze wumvirize ugusaba ubutoni+ kuvuye ku musavyi wawe no ku bantu bawe Isirayeli, ukwo batura berekeje aha hantu; kandi wewe ubwawe uze wumve uri ahantu uba, mu majuru+, uze wumve maze ubabarire+.
5 Igihe c’ishikanwa ry’intete+ ryo ku mugoroba kigeze, ndahaguruka mva aho nari nicaye nteterewe, impuzu yanje n’umwitero wanje utagira amaboko vyatantamutse, maze ndapfukama+, ngaranzurira ibiganza Yehova Imana yanje+.
10 Ewe Mana, umurwanizi azoguma agusiga iceyi kugeza ryari+?Mbega umwansi azoguma agaya izina ryawe ibihe bidahera+?