Zaburi 96:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko imana zose z’ibisata vy’abantu ari imana ata co zimaze+;Ariko Yehova we, ni we yakoze amajuru+. Yesaya 37:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Kandi imana zayo zahawe umuriro+, kuko zitari imana+, mugabo zari izahinguwe n’amaboko y’umuntu+, izahinguwe mu biti no mu mabuye, ku buryo baziranduye+. Yesaya 41:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Raba! Bose ni ikintu kitariho. Ibikorwa vyabo ni ubusa. Ibishusho vyabo vy’icuma gishongeshejwe ni umuyaga be n’ikintu kitabaho+. 1 Abakorinto 8:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nayo ku vy’ukurya+ ibifungurwa vyashikaniwe ibigirwamana, turazi ko ikigirwamana ari ubusa+ mw’isi, be n’uko ata yindi Mana iriho atari imwe+.
5 Kuko imana zose z’ibisata vy’abantu ari imana ata co zimaze+;Ariko Yehova we, ni we yakoze amajuru+.
19 Kandi imana zayo zahawe umuriro+, kuko zitari imana+, mugabo zari izahinguwe n’amaboko y’umuntu+, izahinguwe mu biti no mu mabuye, ku buryo baziranduye+.
29 Raba! Bose ni ikintu kitariho. Ibikorwa vyabo ni ubusa. Ibishusho vyabo vy’icuma gishongeshejwe ni umuyaga be n’ikintu kitabaho+.
4 Nayo ku vy’ukurya+ ibifungurwa vyashikaniwe ibigirwamana, turazi ko ikigirwamana ari ubusa+ mw’isi, be n’uko ata yindi Mana iriho atari imwe+.