Yobu 40:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ugupfundūka kw’ishavu ryawe kwuzuye uburake nikwisese+,Maze ubone uwibona wese umumanure. Zaburi 20:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Bamwe bavuga ivyerekeye imikogote abandi ivyerekeye amafarasi+,Ariko tweho ivyerekeye izina rya Yehova Imana yacu ni vyo tuzovuga+. Zaburi 68:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Imikogote y’intambara y’Imana iharurwa mu bihumbi mirongo, mu bihumbi n’ibihumbi incuro n’izindi+.Yehova ubwiwe yavuye i Sinayi yinjira ahantu heranda+.
7 Bamwe bavuga ivyerekeye imikogote abandi ivyerekeye amafarasi+,Ariko tweho ivyerekeye izina rya Yehova Imana yacu ni vyo tuzovuga+.
17 Imikogote y’intambara y’Imana iharurwa mu bihumbi mirongo, mu bihumbi n’ibihumbi incuro n’izindi+.Yehova ubwiwe yavuye i Sinayi yinjira ahantu heranda+.