Kuvayo 12:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Maze Farawo aravyuka mw’ijoro, we hamwe n’abasavyi biwe bose n’abandi Banyamisiri bose; hanyuma haba amaborogo akomeye mu Banyamisiri+, kuko ata nzu n’imwe itarimwo uwapfuye. Zaburi 76:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Bivuye ku guhambara kwawe, ewe Mana ya Yakobo, uwutwara umukogote be n’ifarasi vyasinziriye ubutikoma+.
30 Maze Farawo aravyuka mw’ijoro, we hamwe n’abasavyi biwe bose n’abandi Banyamisiri bose; hanyuma haba amaborogo akomeye mu Banyamisiri+, kuko ata nzu n’imwe itarimwo uwapfuye.
6 Bivuye ku guhambara kwawe, ewe Mana ya Yakobo, uwutwara umukogote be n’ifarasi vyasinziriye ubutikoma+.