Abalewi 26:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Kandi sinzobura kubazanako inkota y’uguhōra+ ku bw’isezerano+; kandi muzokwitera mu bisagara vyanyu, nanje ata gukeka ndungike ikiza hagati muri mwebwe+, kandi muzotegerezwa gutangwa mu kuboko kw’umwansi+. Gusubira mu vyagezwe 28:63 Bibiliya y’isi nshasha 63 “Kandi nk’uko nyene Yehova yahimbawe no kubakorera ivyiza no kubagwiza+, ni ko Yehova azohimbarwa no kubarandura no kubazimanganya+; muzorandurwa ku butaka mugiye kwigarurira+. 2 Petero 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yehova arazi kurokora mu kigeragezo abantu bari n’ukwihebera Imana+, mugabo akamenya kubikira abakora ibitagororotse umusi w’urubanza ngo barandurwe+,
25 Kandi sinzobura kubazanako inkota y’uguhōra+ ku bw’isezerano+; kandi muzokwitera mu bisagara vyanyu, nanje ata gukeka ndungike ikiza hagati muri mwebwe+, kandi muzotegerezwa gutangwa mu kuboko kw’umwansi+.
63 “Kandi nk’uko nyene Yehova yahimbawe no kubakorera ivyiza no kubagwiza+, ni ko Yehova azohimbarwa no kubarandura no kubazimanganya+; muzorandurwa ku butaka mugiye kwigarurira+.
9 Yehova arazi kurokora mu kigeragezo abantu bari n’ukwihebera Imana+, mugabo akamenya kubikira abakora ibitagororotse umusi w’urubanza ngo barandurwe+,