2 Ngoma 34:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Maze bayashira mu kuboko kw’abakora igikorwa bari bagenywe ku nzu ya Yehova+. Bano na bo, abari ku gikorwa mu nzu ya Yehova, bayakoresha mu gusanura no gusanasana iyo nzu.
10 Maze bayashira mu kuboko kw’abakora igikorwa bari bagenywe ku nzu ya Yehova+. Bano na bo, abari ku gikorwa mu nzu ya Yehova, bayakoresha mu gusanura no gusanasana iyo nzu.