2 Abami 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Bakimara kujabuka, Eliya abwira Elisha ati: “Saba ico ndagukorera imbere y’uko njanwa, ngakurwa iruhande yawe+.” Elisha aca avuga ati: “Ndakwinginze, imigabane ibiri+ y’impwemu yawe+ ize kuri jewe+.”
9 Bakimara kujabuka, Eliya abwira Elisha ati: “Saba ico ndagukorera imbere y’uko njanwa, ngakurwa iruhande yawe+.” Elisha aca avuga ati: “Ndakwinginze, imigabane ibiri+ y’impwemu yawe+ ize kuri jewe+.”