Itanguriro 21:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Ni co catumye yita aho hantu Beyeri-sheba+, kuko aho ari ho bompi barahiriye indahiro. 1 Abami 19:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Maze Eliya aratinya. Nuko arahaguruka, aragenda kugira anyage amagara+, ashika i Beyeri-sheba+, ahegukira Yuda+. Maze asiga ng’aho umusuku wiwe.
3 Maze Eliya aratinya. Nuko arahaguruka, aragenda kugira anyage amagara+, ashika i Beyeri-sheba+, ahegukira Yuda+. Maze asiga ng’aho umusuku wiwe.