-
2 Ngoma 34:3Bibiliya y’isi nshasha
-
-
3 Mu mwaka ugira umunani w’ingoma yiwe, igihe yari akiri agahungu+, atangura kurondera+ Imana ya Dawidi sekuruza wiwe; mu mwaka ugira cumi na kabiri na ho, atangura guhumanura+ Yuda na Yeruzalemu abikuramwo ibibanza bikirurutse+ n’ibikingi vyeranda+ n’ibishusho bibajwe+ be n’ibishushanyo vyo mu cuma gishongeshejwe.
-