2 Ngoma 30:1 Bibiliya y’isi nshasha 30 Nuko Hezekiya atuma kuri Isirayeli yose+ na Yuda, mbere yandikira amakete Efurayimu+ na Manase+, ngo baze ku nzu ya Yehova+ i Yeruzalemu kugira bahimbarize pasika*+ Yehova Imana ya Isirayeli. 2 Ngoma 30:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nuko bakoranira hamwe i Yeruzalemu+, ari abantu benshi, kugira bahimbaze umusi mukuru+ w’udutsima tutarimwo umwambiro mu kwezi kugira kabiri+, ari ishengero ryinshi cane.
30 Nuko Hezekiya atuma kuri Isirayeli yose+ na Yuda, mbere yandikira amakete Efurayimu+ na Manase+, ngo baze ku nzu ya Yehova+ i Yeruzalemu kugira bahimbarize pasika*+ Yehova Imana ya Isirayeli.
13 Nuko bakoranira hamwe i Yeruzalemu+, ari abantu benshi, kugira bahimbaze umusi mukuru+ w’udutsima tutarimwo umwambiro mu kwezi kugira kabiri+, ari ishengero ryinshi cane.