2 Ngoma 36:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Vyongeye, umwami+ wa Misiri yimika Eliyakimu+ mwene wabo ngo abe umwami wa Yuda na Yeruzalemu maze ahindura izina ryiwe riba Yehoyakimu; mugabo mwene wabo Yehowahazi, Neko+ aramufata amujana mu Misiri+.
4 Vyongeye, umwami+ wa Misiri yimika Eliyakimu+ mwene wabo ngo abe umwami wa Yuda na Yeruzalemu maze ahindura izina ryiwe riba Yehoyakimu; mugabo mwene wabo Yehowahazi, Neko+ aramufata amujana mu Misiri+.