Abaroma 13:1 Bibiliya y’isi nshasha 13 Umuntu wese nayobokere+ abakuru bari hejuru+, kuko ata bukuru+ buriho bitavuye ku Mana+; abakuru bahari bashizwe n’Imana+ mu bibanza vyabo bigereranye+. Abaroma 13:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Muhe bose ivyabo, uwusaba ikori, mumuhe ikori+; uwusaba ikibuguro, mumuhe ikibuguro; uwusaba gutinywa, mumutinye+; uwusaba iteka, mumuhe iryo teka+.
13 Umuntu wese nayobokere+ abakuru bari hejuru+, kuko ata bukuru+ buriho bitavuye ku Mana+; abakuru bahari bashizwe n’Imana+ mu bibanza vyabo bigereranye+.
7 Muhe bose ivyabo, uwusaba ikori, mumuhe ikori+; uwusaba ikibuguro, mumuhe ikibuguro; uwusaba gutinywa, mumutinye+; uwusaba iteka, mumuhe iryo teka+.