Yeremiya 25:1 Bibiliya y’isi nshasha 25 Ijambo ryaje kuri Yeremiya ku bijanye n’abantu bose bo muri Yuda mu mwaka ugira kane wa Yehoyakimu+ mwene Yosiya, umwami wa Yuda, ari wo mwaka wa mbere wa Nebukadirezari umwami wa Babiloni, Yeremiya 52:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Aba ni bo bantu Nebukadirezari yatwaye mu bunyagano: mu mwaka ugira indwi, Abayuda ibihumbi bitatu na mirongo ibiri na batatu+.
25 Ijambo ryaje kuri Yeremiya ku bijanye n’abantu bose bo muri Yuda mu mwaka ugira kane wa Yehoyakimu+ mwene Yosiya, umwami wa Yuda, ari wo mwaka wa mbere wa Nebukadirezari umwami wa Babiloni,
28 Aba ni bo bantu Nebukadirezari yatwaye mu bunyagano: mu mwaka ugira indwi, Abayuda ibihumbi bitatu na mirongo ibiri na batatu+.