ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 20:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Nuko Hezekiya arabumviriza maze abereka inzu y’itunga yiwe yose+, ifeza n’inzahabu+ n’amavuta y’umusomozo*+ n’amavuta meza n’ububiko bw’ibirwanisho bwiwe n’ibintu vyose vyari mu matunga yiwe. Nta na kimwe Hezekiya ataberetse mu nzu yiwe no mu nganji yiwe yose+.

  • 2 Abami 20:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 ‘“Ehe imisi iraje, kandi ibiri mu nzu yawe vyose+ be n’ivyo ba sogokuruza bawe barundanije gushika n’uyu musi bizotwarwa koko i Babiloni+. Nta na kimwe kizosigara+,” ni ko Yehova avuze.

  • Yesaya 39:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 ‘Ehe imisi iraje, kandi ibiri mu nzu yawe vyose be n’ivyo ba sogokuruza bawe barundanije gushika n’uyu musi bizotwarwa koko i Babiloni+.’ ‘Nta na kimwe kizosigara+,’ ni ko Yehova avuze.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika