ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 39:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Mu mwaka ugira cumi na rimwe wa Zedekiya, mu kwezi kugira kane, ku musi ugira icenda w’ukwo kwezi, baca igihengeri mu mpome z’igisagara+.

  • Yeremiya 52:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Amaherezo baca igihengeri mu mpome z’ico gisagara+; nayo abarwanyi bose, batangura guhunga+, basohoka ico gisagara mw’ijoro baciye mu nzira y’irembo hagati y’uruhome rugizwe na zibiri ruri iruhande y’umurima w’umwami+, mu gihe Abakaludaya bari irya n’ino, basugereje ico gisagara; maze baguma bagenda bajanye inzira ya Araba+.

  • Ezekiyeli 33:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Amaherezo, mu mwaka ugira cumi na kabiri kuva tujanywe mu bunyagano, mu kwezi kugira cumi, ku musi ugira gatanu w’ukwo kwezi, haza kuri jewe uwacitse kw’icumu avuye i Yeruzalemu+, avuga ati: “Igisagara catsinzwe+!”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika