ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 32:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 ‘azotwara Zedekiya i Babiloni, kandi ni ho azoguma gushika niteho ivyiwe+,’ ni ko Yehova avuze; ‘naho muguma murwanya Abakaludaya, ntimuzororanirwa+’?”

  • Yeremiya 34:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Kandi wewe ntuzokira ukuboko kwiwe, kuko uzofatwa ata kabuza, utangwe mu kuboko kwiwe+. Amaso yawe azobona amaso y’umwami wa Babiloni+, kandi akanwa kiwe kazovugana n’akanwa kawe, kandi uzoja i Babiloni.’

  • Ezekiyeli 17:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 “‘“Ndahiye ukubaho kwanje+,” ni ko Umukama Segaba Yehova avuze, “ahantu nyene h’umwami yimitse uwasuzuguye indahiro yiwe+ kandi akarenga isezerano ryiwe, ni ho azopfira, iruhande yiwe, hagati muri Babiloni+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika