1 Abami 7:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Hanyuma akora amashareti cumi+ y’umujumpu; uburebure bw’ishareti imwimwe yose bwari amatambwe ane, ubwaguke bwayo bukaba amatambwe ane, amahagarara yayo na yo akaba amatambwe atatu. 2 Ngoma 4:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 ya mashareti+ cumi na ya mabesani+ cumi yari kuri ayo mashareti;
27 Hanyuma akora amashareti cumi+ y’umujumpu; uburebure bw’ishareti imwimwe yose bwari amatambwe ane, ubwaguke bwayo bukaba amatambwe ane, amahagarara yayo na yo akaba amatambwe atatu.