Yeremiya 40:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Baza rero kuri Gedaliya i Mizipa, ari bo Ishimayeli+ mwene Netaniya, na Yohanani+ na Yonatani bene Kareya, na Seraya mwene Tanihumeti, na bene Efayi Umunyanetofa+, na Yezaniya+ umuhungu w’Umumayakati+, bo hamwe n’ingabo zabo+.
8 Baza rero kuri Gedaliya i Mizipa, ari bo Ishimayeli+ mwene Netaniya, na Yohanani+ na Yonatani bene Kareya, na Seraya mwene Tanihumeti, na bene Efayi Umunyanetofa+, na Yezaniya+ umuhungu w’Umumayakati+, bo hamwe n’ingabo zabo+.