Itanguriro 41:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Farawo atumako rero Yozefu+, kugira bamuzane ningoga bamukuye mu cobo c’ibohero+. Nuko arimosha+ yongera ahindura imitamana yiwe+, araheza yinjira kwa Farawo. Itanguriro 41:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Farawo aca akura impeta y’ikidodo+ yiwe ku kuboko kwiwe, ayishira ku kuboko kwa Yozefu, amwambika impuzu z’ilino* nziza yongera amwambika urunigi rw’inzahabu mw’izosi+.
14 Farawo atumako rero Yozefu+, kugira bamuzane ningoga bamukuye mu cobo c’ibohero+. Nuko arimosha+ yongera ahindura imitamana yiwe+, araheza yinjira kwa Farawo.
42 Farawo aca akura impeta y’ikidodo+ yiwe ku kuboko kwiwe, ayishira ku kuboko kwa Yozefu, amwambika impuzu z’ilino* nziza yongera amwambika urunigi rw’inzahabu mw’izosi+.