1 Abami 14:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko Ahiya akimara kwumva urwamo rw’ibirenge vyiwe ariko yinjira mu bwinjiriro, avuga ati: “Injira yewe mugore wa Yerobowamu+. Kubera iki wiyoberanya kandi ndagutumweko ubutumwa bukaze?
6 Nuko Ahiya akimara kwumva urwamo rw’ibirenge vyiwe ariko yinjira mu bwinjiriro, avuga ati: “Injira yewe mugore wa Yerobowamu+. Kubera iki wiyoberanya kandi ndagutumweko ubutumwa bukaze?