-
Abacamanza 3:20Bibiliya y’isi nshasha
-
-
20 Ehudi aza kuri we igihe yari yicaye mu cumba ciwe co hejuru gipfutse yari yiharije. Ehudi rero abandanya kuvuga ati: “Ndagufitiye ijambo ry’Imana.” Aca arahaguruka ava ku ntebe yiwe y’ubwami.
-