2 Abami 1:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Amaherezo arapfa+, nk’uko ijambo+ rya Yehova Eliya yari yavuze ryari; Yehoramu*+ atangura kuganza mu kibanza ciwe, mu mwaka ugira kabiri wa Yehoramu+ mwene Yehoshafati umwami wa Yuda, kuko Ahaziya ata muhungu yari yararonse.
17 Amaherezo arapfa+, nk’uko ijambo+ rya Yehova Eliya yari yavuze ryari; Yehoramu*+ atangura kuganza mu kibanza ciwe, mu mwaka ugira kabiri wa Yehoramu+ mwene Yehoshafati umwami wa Yuda, kuko Ahaziya ata muhungu yari yararonse.