2 Samweli 7:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kandi inzu yawe n’ubwami bwawe bizokwama bihamye imbere yawe gushika igihe kitagira urugero; intebe y’ubwami yawe izoshimangirwa gushika igihe kitagira urugero+.”’” 2 Ngoma 21:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mugabo Yehova ntiyashaka guhonya inzu ya Dawidi+, kubera isezerano+ yari yaragiranye na Dawidi, nk’uko kandi yari yaravuze ko we n’abahungu biwe yobahaye+ itara nantaryo+.
16 Kandi inzu yawe n’ubwami bwawe bizokwama bihamye imbere yawe gushika igihe kitagira urugero; intebe y’ubwami yawe izoshimangirwa gushika igihe kitagira urugero+.”’”
7 Mugabo Yehova ntiyashaka guhonya inzu ya Dawidi+, kubera isezerano+ yari yaragiranye na Dawidi, nk’uko kandi yari yaravuze ko we n’abahungu biwe yobahaye+ itara nantaryo+.