ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 11:36
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 36 Umuhungu wiwe nzomuha umuryango umwe, kugira ngo Dawidi umusavyi wanje abandanye kugira itara imbere yanje i Yeruzalemu+, igisagara nitoreye ngo ndahashire izina ryanje+.

  • Zaburi 132:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Ng’aho, nzokuza ihembe rya Dawidi+.

      Natunganirije itara uwo narobanuje amavuta+.

  • Luka 1:69
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 69 Kandi yaduhagurukirije ihembe+ ry’ubukiriro mu nzu ya Dawidi umusavyi wiwe,

  • Ivyakozwe 15:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 ‘Inyuma y’ivyo bintu nzogaruka nongere kwubaka urusago rwa Dawidi rwatemvye; kandi nzokwongera kwubaka ibihomvagurike vyarwo nongere kuruhagarika+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika