ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 9:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Ahaziya+ yari yabaye umwami wa Yuda mu mwaka ugira cumi na rimwe wa Yehoramu+ mwene Ahabu.)

  • 2 Ngoma 22:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Maze ababa i Yeruzalemu bimika Ahaziya+ umuhungu wiwe w’umuhererezi ngo abe umwami mu kibanza ciwe (kuko ka kagwi k’abambuzi kazanana n’Abarabu+ kw’ikambi kari karishe bakuruwe bose+,) maze Ahaziya mwene Yehoramu atangura kuganza ari umwami wa Yuda.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika