1 Abami 16:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Hanyuma Ahabu akora igikingi ceranda+; Ahabu akora n’ibindi kugira ababaze+ Yehova Imana ya Isirayeli kurusha abami ba Isirayeli bose bamwitangiye imbere. 2 Ngoma 22:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Na we nyene agendera mu nzira z’inzu ya Ahabu+, kuko nyina+ ari we yamubereye umujanama mu vyo gukora ivy’ububisha.
33 Hanyuma Ahabu akora igikingi ceranda+; Ahabu akora n’ibindi kugira ababaze+ Yehova Imana ya Isirayeli kurusha abami ba Isirayeli bose bamwitangiye imbere.
3 Na we nyene agendera mu nzira z’inzu ya Ahabu+, kuko nyina+ ari we yamubereye umujanama mu vyo gukora ivy’ububisha.