2 Abami 8:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Abandanya kugendera mu nzira y’abami ba Isirayeli+, nk’uko ab’inzu ya Ahabu bari baragize+; kuko umukobwa wa Ahabu ari we yari yabaye umugore wiwe+; aguma akora ivyari bibi mu maso ya Yehova. 2 Abakorinto 6:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ntimuboherwe ku ngǒgo* hamwe n’abatemera+ kandi bitajana. Kuko, ubugororotsi n’ubugarariji bihuriye ku ki+? Canke umuco usangiye iki n’umwiza+?
18 Abandanya kugendera mu nzira y’abami ba Isirayeli+, nk’uko ab’inzu ya Ahabu bari baragize+; kuko umukobwa wa Ahabu ari we yari yabaye umugore wiwe+; aguma akora ivyari bibi mu maso ya Yehova.
14 Ntimuboherwe ku ngǒgo* hamwe n’abatemera+ kandi bitajana. Kuko, ubugororotsi n’ubugarariji bihuriye ku ki+? Canke umuco usangiye iki n’umwiza+?