1 Abami 19:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Uwuzokira inkota ya Hazayeli+, Yehu azomwica+; uwuzokira inkota ya Yehu na we Elisha azomwica+.