ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 21:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Inyuma y’ivyo, ibi ni vyo vyabaye: hariho umurima w’imizabibu wari uwa Naboti Umuyezireyeli, ukaba wari i Yezireyeli+, hafi y’ikirimba ca Ahabu umwami wa Samariya.

  • 1 Abami 21:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Yezebeli akimara kwumva yuko Naboti yari yatewe amabuye ku buryo apfa, aca abwira Ahabu ati: “Haguruka wigarurire wa murima w’imizabibu wa Naboti Umuyezireyeli+, umwe yanka kuguha ku mahera; kuko Naboti atakiriho, mugabo yapfuye.”

  • 1 Abami 21:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Umubwire uti: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze: “Mbega wishe+ wongera urigarurira+?”’ Wongere umubwire uti: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze: “Ahantu+ imbwa zarigatiye amaraso ya Naboti ni ho zizorigatira amaraso yawe, egome, ayawe+.”’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika