2 Abami 9:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kandi Yezebeli, imbwa zizomurira+ mu gice c’itongo c’i Yezireyeli, kandi nta wuzomuhamba.’” Aca yugurura umuryango, arahunga+. Yesaya 14:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ntuzoja hamwe na bo mu mva, kuko watikije igihugu cawe, ukica abantu bawe. Uruvyaro rw’inkozi z’ikibi ntiruzovugwa, gushika igihe kitagira urugero+. Yeremiya 22:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Azohambwa nk’uko bahamba indogobwa y’ingabo+, aburutwe yongere atabwe inyuma y’amarembo ya Yeruzalemu+.’
10 Kandi Yezebeli, imbwa zizomurira+ mu gice c’itongo c’i Yezireyeli, kandi nta wuzomuhamba.’” Aca yugurura umuryango, arahunga+.
20 Ntuzoja hamwe na bo mu mva, kuko watikije igihugu cawe, ukica abantu bawe. Uruvyaro rw’inkozi z’ikibi ntiruzovugwa, gushika igihe kitagira urugero+.
19 Azohambwa nk’uko bahamba indogobwa y’ingabo+, aburutwe yongere atabwe inyuma y’amarembo ya Yeruzalemu+.’