2 Abami 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Maze Elisha abwira umwami wa Isirayeli ati: “Mpuriye ku ki nawe+? Ja ku bahanuzi+ ba so no ku bahanuzi ba nyoko.” Mugabo umwami wa Isirayeli amubwira ati: “Oya, kuko Yehova yahamagaye aba bami batatu kugira ngo abatange mu kuboko kwa Mowabu+.”
13 Maze Elisha abwira umwami wa Isirayeli ati: “Mpuriye ku ki nawe+? Ja ku bahanuzi+ ba so no ku bahanuzi ba nyoko.” Mugabo umwami wa Isirayeli amubwira ati: “Oya, kuko Yehova yahamagaye aba bami batatu kugira ngo abatange mu kuboko kwa Mowabu+.”