2 Abami 10:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Maze Yehu atuma intumwa muri Isirayeli yose+, ku buryo abasenga Bayali bose baza. Ntihagira n’umwe asigara ataje. Baguma binjira mu nzu ya Bayali+, maze inzu ya Bayali iruzura kuva ku mpera gushika ku yindi.
21 Maze Yehu atuma intumwa muri Isirayeli yose+, ku buryo abasenga Bayali bose baza. Ntihagira n’umwe asigara ataje. Baguma binjira mu nzu ya Bayali+, maze inzu ya Bayali iruzura kuva ku mpera gushika ku yindi.