2 Abami 10:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Vyongeye, Yehu asasika abari basigaye bose mu nzu ya Ahabu i Yezireyeli, n’abagabo b’abanyacubahiro biwe bose+, n’abari bazinanyi na we, n’abaherezi biwe+, gushika aho ata n’umwe amusigariza+.
11 Vyongeye, Yehu asasika abari basigaye bose mu nzu ya Ahabu i Yezireyeli, n’abagabo b’abanyacubahiro biwe bose+, n’abari bazinanyi na we, n’abaherezi biwe+, gushika aho ata n’umwe amusigariza+.