ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 8:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Avuga ati: “Ubu ni bwo buzoba uburenganzira+ bw’umwami azobaganza: Abahungu banyu azobatwara+ abashire mu mikogote+ yiwe ari abiwe, no mu bagendera ku mafarasi biwe+, kandi bamwe bazobwirizwa kwiruka imbere y’imikogote yiwe+;

  • 1 Samweli 22:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Umwami aca abwira abirutsi+ bari bahagaze irya n’ino yiwe ati: “Hindukire mwice abaherezi ba Yehova, kuko ukuboko kwabo na kwo nyene kuri kumwe na Dawidi no kubera ko bari bazi yuko ariko arahunga, ntibaheza ngo babihishurire ugutwi kwanje+!” Mugabo abasuku b’umwami ntibashaka gutuma ukuboko kwabo ngo bagurukire ku baherezi ba Yehova+.

  • 2 Samweli 18:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Nayo Ahimayazi+ mwene Zadoki, avuga ati: “Ndakwinginze undeke niruke kumenyesha iyo nkuru umwami, kuko Yehova yamuciriye urubanza kugira amukure mu kuboko kw’abansi biwe+.”

  • 1 Abami 14:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Umwami Rehobowamu akora rero inkinzo z’umujumpu mu kibanza cazo, maze azizeza abakuru b’abirutsi+, abarinzi b’ubwinjiriro bw’inzu y’umwami+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika